Abanyagihugu bo mu makomine atandukanye y' intara ya Kayanza mu Burundi bahingiye hamwe igiterwa c’ibigori mu myonga biteze umusaruro mwiza. Abantu 19 bapfuye, abandi batari bake barakomereka mu mpanuka ya bisi muri Senegal. Muri Kongo, umurwi wa kisilamu watangaje ko wishe abantu mu kiliziya.
Ibyiciro
-
18-05-2025
Amakuru y'Akarere
-
17-05-2025
Amakuru y'Akarere
-
11-05-2025
Amakuru y'Akarere
-
10-05-2025
Amakuru y'Akarere
-
04-05-2025
Amakuru y'Akarere
-
03-05-2025
Amakuru y'Akarere