Mu Burundi, ikibazo c'umwavu w'ikizungu cabaye ingorabahizi ku barimyi. Hirya no kw’isi, Irani yanyoze uwahoze muri Reta yayo afise ubwenegihugu bw’Ubwongereza. Mu y’intambara ya Ukraine n’Uburusiya, Ubwongereza bwemereye Ukraine ibiduga vy’intambara.
Ibyiciro
-
30-03-2025Amakuru y'Akarere
-
29-03-2025Amakuru y'Akarere
-
23-03-2025Amakuru y'Akarere
-
22-03-2025Amakuru y'Akarere
-
16-03-2025Amakuru y'Akarere
-
15-03-2025Amakuru y'Akarere