Uko wahagera

Amakuru y'Akarere


Amakuru y'Akarere
please wait

No media source currently available

0:00 0:29:56 0:00

Muri Reta zunze ubumwe za Amerika, komite yihariye y'inama nshingamateka, iriko igira itohoza ku gitero co kuri Capitol yafashe ingingo yo gutumako Donald Trump kugira ayihe ubuhamya bwiwe. Abagize Sena y’u Burundi bari mu nama ya 145 y’ihuriro ry’inama nshingamateka kw’isi iriko ibera mu Rwanda,

XS
SM
MD
LG