Abarundi bahungiye mw’ikambi ya Lusenda bavuga ko bugarijwe n’inzara bitewe n’uko bamaze amezi 2 badahabwa amafaranga yo kugura infungurwa. Ugutana mu mitwe hagati y’impande zirwanira ubutegetsi bwa Libiya kwahitanye abarenga 30. Muri Angola, Jose Eduardo dos Santos yahoze ari prezida yashinguwe.
Ibyiciro
-
23-09-2023
Amakuru y'Akarere
-
22-09-2023
Amakuru y'Akarere
-
21-09-2023
Amakuru y'Akarere
-
20-09-2023
Amakuru y'Akarere
-
19-09-2023
Amakuru y'Akarere
-
18-09-2023
Amakuru y'Akarere