Umurwi utunganya amatora muri Kenya wemeje ko William Ruto ari we atahukanye intsinzi mu matora y'umukuru w'igihugu ku majwi 50.49%. Ruto atangazwa ko yatsinze, abashigikiye Raila Odinga, berekanye ko batishimiye intsinzi yiwe. Abasirikare b'Uburundi binjiye ku mugaragaro muri Kongo.
Ibyiciro
-
30-03-2025Amakuru y'Akarere
-
29-03-2025Amakuru y'Akarere
-
23-03-2025Amakuru y'Akarere
-
22-03-2025Amakuru y'Akarere
-
16-03-2025Amakuru y'Akarere
-
15-03-2025Amakuru y'Akarere