Mu Burundi, ikigo kijejwe gutorokanya ibiharuro, ISTEEBU, cemeza ko ibice birenga 40% vy'ingo zirirwa zitaronse ico zifungura. Polisi ya Nijeriya yatabaye abantu bagera kuri 77 barimwo abana bari bamaze amezi bafungiranye mu rusengero ruri muri Reta ya Ondo.
Ibyiciro
-
30-03-2025Amakuru y'Akarere
-
29-03-2025Amakuru y'Akarere
-
23-03-2025Amakuru y'Akarere
-
22-03-2025Amakuru y'Akarere
-
16-03-2025Amakuru y'Akarere
-
15-03-2025Amakuru y'Akarere