Amakuru y'Akarere (1600-1630 UTC): RDF Itangaza ko abasirikare babiri bayo bari bari bamaze imisi bafungiwe muri Kongo barekuwe. Mu yagezweho irya n’ino kw’isi, Amerika itangaza ko yiteguriye gushigikira ibihugu vya Aziya ivuga ko bibangamiwe n’ico yise agasomborotso karengeje urugero k’Ubushinwa.
Ibyiciro
-
29-05-2023
Amakuru y'Akarere
-
28-05-2023
Amakuru y'Akarere
-
27-05-2023
Amakuru y'Akarere
-
26-05-2023
Amakuru y'Akarere
-
25-05-2023
Amakuru y'Akarere
-
24-05-2023
Amakuru y'Akarere