Amakuru y'Akarere (1600-1630 UTC): Mu Burundi, polisi yataye muri yompi abantu batandatu yagiriza kwica Umubirigikazi akomoka mu Burundi. Muri Repubulika ya Demokarasi ya Kongo, imvugo zibiba urwango ziteye amakenga. Intambara Uburusiya bwagavye kuri Ukraine yujuje iminsi ijana.
Ibyiciro
-
18-09-2024
Amakuru y'Akarere
-
17-09-2024
Amakuru y'Akarere
-
16-09-2024
Amakuru y'Akarere
-
15-09-2024
Amakuru y'Akarere
-
14-09-2024
Amakuru y'Akarere
-
13-09-2024
Amakuru y'Akarere