Umuvugizi w’umukuru w’igihugu cy’Uburundi yatangaje ko Reta ititeguye gufungura imipaka gihana n’u Rwanda mu gihe rwaba rutararekura abashatse guhirika ubutegetsi bw’Uburundi mu mwaka w’i 2015. Yabivugiye mu kiganiro abavugizi b’inzego nkuru z’igihugu bahaye abanyamakuru n’abanyagihugu.
Ibyiciro
-
24-04-2024
Amakuru y'Akarere
-
23-04-2024
Iwanyu mu ntara
-
22-04-2024
Amakuru y'Akarere
-
21-04-2024
Amakuru y'Akarere
-
20-04-2024
Amakuru y'Akarere
-
19-04-2024
Amakuru y'Akarere