Repubulika ya demokarasi ya Congo n’Uburundi birashakira hamwe uko amahoro yagaruka mu ntara zihana imbibe ndetse n'abahatuye bagahahirana nta nkomyi. Abayobozi b’intara 6 z’Uburundi kuri uyu wa gatatu bahuye na guverineri w’Intara ya Kivu y’epfo, Theo Ngwabidje kuganira kuri iyo ngingo.
Ibyiciro
-
13-12-2025Amakuru y'Akarere
-
07-12-2025Amakuru y'Akarere
-
06-12-2025Amakuru y'Akarere
-
30-11-2025Amakuru y'Akarere
-
29-11-2025Amakuru y'Akarere
-
23-11-2025Amakuru y'Akarere