Uko wahagera

Amakuru y'Akarere


Amakuru y'Akarere
please wait

No media source currently available

0:00 0:29:59 0:00

Ingingo zigize amakuru yo ku mugoroba: Abategetsi b’Amerika batangaza ko Uburusiya bwakwije ibice bigera kuri 70% y’ivya ngobwa vya girikare bikenewe kugira butere Ukraine ata wamira. Ku mugabane wa Afurika, ikibazo c’iyinjira rya Isirayeri mu muryango w’ubumwe bw’Afurika nticizwe nkuko vyari bitegekanijwe mu nama ya 35 ya AU. Muri ano makuru, murumva ibiri mw'ikete ry’umushingamateka wo muri Republika ya Demokarasi ya Kongo, Claude Misare, yandikiye ishirahamwe mpuzamakungu ONU ariha bimwe mu vyemezo ahagazeko vy’uko igiriskare c’Uburundi “gifise uruhara mu bwicanyi bw’abasivile mu misozi ya Uvira, Fizi na Mwenga iri mu ntara ya Kivu y’ama j’epfo.

XS
SM
MD
LG