Uko wahagera

Amakuru y'Akarere


Amakuru y'Akarere
please wait

No media source currently available

0:00 0:30:00 0:00

Ingingo nkuru zigize amakuru yo kuri uno mugoroba: Saa sita z'ijoro ku kadomo ata gihindutse umupaka wa Gatuna uhuza U Rwanda na Uganda uraza kongera kuba nyabagendwa inyuma y’imisi wugaye bivuye ku bibazo ivyo bihugu vyari bifitaniye. Uburundi burahakana ko ata basirikare babwo bari kurwanira mu burasirazuba bwa Kongo. Muri Sudani, abanyagihugu amajana n’amajana basubiriye kwihereza amabarabara y’umurwa mukuru, Khartoum, n’ibindi bisagara binini vy’ico gihugu, basaba abasirikare batembagaje ubutegetsi mu kwezi kwa cumi ko mu 2021 kubusubiza abasivile.

XS
SM
MD
LG