Ingingo zigize amakuru yo kuri uno mugoroba: Mu Rwanda, ubushakashatsi bumaze kugaragaza ko abagore bari batwite mu mwaka wa 1994 bahuye n’ihohoterwa, ryagize ingaruka ku bana babyaye. Abahinzi barenga 1,000 bo mu mujyi wa Uvira muri Kongo, bahinga mu mirima iri ahitwa Kiliba Ondes, bahangayikishijwe n’uko imyaka yabo irandurwa n’uimashini z’uruganda rw’isukari rwa Sucrerie du Kivu Mu Burundi, abapfasoni bakora urudandazwa ruciriritse basaba gushigikirwa
Ibyiciro
-
28-11-2023
Amakuru y'Akarere
-
27-11-2023
Amakuru y'Akarere
-
26-11-2023
Amakuru y'Akarere
-
25-11-2023
Amakuru y'Akarere
-
24-11-2023
Amakuru y'Akarere
-
23-11-2023
Amakuru y'Akarere