Ingingo zigize amakuru yo ku mugoroba: Muri Tanzaniya, abantu 14 barimwo abamenyeshamakuru 5 bahitanywe n'insanganya y'imodoka mu ntara ya Mwanza. Bombe yatezwe mu modoka i Mogadisho ku murwa mukuru wa Somaliya yahitanye 8. Muri ano makuru, abahinga baratanga insiguro ku vy'ikiza ca Virusi ya Corona
Ibyiciro
-
30-03-2025Amakuru y'Akarere
-
29-03-2025Amakuru y'Akarere
-
23-03-2025Amakuru y'Akarere
-
22-03-2025Amakuru y'Akarere
-
16-03-2025Amakuru y'Akarere
-
15-03-2025Amakuru y'Akarere