Ingingo nkuru zigize amakuru yo kuri uno mugoroba: Umuriro wadutse mw'ibohero ry'i Gitega mu Burundi wahitanye abatari bake. Muri Republika ya Demokarasi ya Kongo I Bukavu bishimiye irekurwa rya Vital Kamerhe yahoze ari umukuru w’ibiro vya Perezida Tshisekedi Mu mpera z’ano makuru, Ijwi ry'Amerika ibumvisha inkuru y’abayabaga b’abarundikazi 2 bahujwe n'ivyago, umwe ahebera uwundi ifyigo kandi batari basanzwe bazinanye.
Ibyiciro
-
30-03-2025Amakuru y'Akarere
-
29-03-2025Amakuru y'Akarere
-
23-03-2025Amakuru y'Akarere
-
22-03-2025Amakuru y'Akarere
-
16-03-2025Amakuru y'Akarere
-
15-03-2025Amakuru y'Akarere