Mu Burundi, uyu munsi minisiteri yo gufatana mu nda yatangije iminsi 16 yahariwe kurwanya amabi akorerwa abakenyezi. Mu Burundi na none minisitiri w'ubutegetsi bw'igihugu, Gervais Ndirakobuca, ararega abakira imisoro ya leta i Bujumbura ko banyereje amafaranga arenga miliyoni 50 muri aya mezi abiri yonyine gusa ashize Mu Rwanda. Abanyeshuri bagera ku gihumbi bakoze ibizamini bya leta bisoza amashuri yisumbuye bavuga ko bahawe amanota atari yo. Barasaba ikigo gishinzwe ibizamini n’ubugenzuzi bw’amashuri kubarenganura.
Ibyiciro
-
07-10-2024
Amakuru y'Akarere
-
06-10-2024
Amakuru y'Akarere
-
05-10-2024
Amakuru y'Akarere
-
04-10-2024
Amakuru y'Akarere
-
03-10-2024
Amakuru y'Akarere
-
02-10-2024
Amakuru y'Akarere