Uko wahagera

Amakuru y'Akarere


Amakuru y'Akarere
please wait

No media source currently available

0:00 0:29:59 0:00

Ingingo zigize amakuru yo kuri uno mugoroba: Abarimyi b’ibiraya mu Rwanda bavuga ko bakorera uruhombo bivuye ku biciro bashorerwako ico giterwa bidahwanye n’amafaranga baba bakoresheje Umuhungu wa Moammar Gadhafi yahoze ari prezida wa Libiya ari mu bazohiganwa mu matora y’umukuru w’igihugu ategekanijwe muri Libiya mu kwezi kwa cumi na kabiri uno mwaka. Umushikiranganji ajejwe imigenderanire y’Amerika n’ayandi makungu, Antony Blinken, mu ndwi buca dutangura azogendera Kenya, Nijeriya na Senegali.

XS
SM
MD
LG