Ingingo zigize amakuru y'akarere: Umurwi w’Abadepite bagize umuryango w’ubumwe bwa Buraya baganiye na bagenzi babo bo mu Rwanda mu rugendo barimo I Kigali. Ikibazo cy’ifungwa rya bwana Paul Rusesabagira ni kimwe mu bibazo byagarutsweho. Sentare nkuru y’Umuryango wa Afrika y’Ubuseruko yatanguje ibikorwa vyayo vy’ukwezi kwa 11 i Bujumbura mu Burundi. Vice Prezida Kamala Harris ategekanya kubwira abakuru b’ibihugu n’amareta mu nama nkuru izobera I Paris mu Bufaransa ko Reta Zunze Ubumwe za Amerika, zishigikiye amatora muri Libiya.
Ibyiciro
-
22-03-2026Amakuru y'Akarere
-
21-03-2026Amakuru y'Akarere
-
15-03-2026Amakuru y'Akarere
-
14-03-2026Amakuru y'Akarere
-
08-03-2026Amakuru y'Akarere
-
07-03-2026Amakuru y'Akarere