Ingingo nkuru zigize amakuru yo ku mugoroba: Ububiligi buzakomeza kugirana ibiganiro n’u Rwanda ku rubanza rwa Paul Rusabagina. umuyobozi wa Sudani, General Abdel Fattah al-Burhan, yirukanye mu milimo yabo ba ambasaderi b'igihugu cye batandatu bamaganye kudeta ye. Muri Tanzania: Reta yatangaje kw’itegekanya kuzotangura umugambi wo gutanga urucanco rw’umugera covid- 19 ku mpunzi z’Abarundi zahungiye mw’ikampi za Nduta, Nyarugusu na Mtendeli mu kwezi kuza kwa 11.
Ibyiciro
-
30-03-2025Amakuru y'Akarere
-
29-03-2025Amakuru y'Akarere
-
23-03-2025Amakuru y'Akarere
-
22-03-2025Amakuru y'Akarere
-
16-03-2025Amakuru y'Akarere
-
15-03-2025Amakuru y'Akarere