Uko wahagera

Amakuru y'Akarere


Amakuru y'Akarere
please wait

No media source currently available

0:00 0:30:00 0:00

Ingingo nkuru zigize Amakuru y'Akarere (1600-1630 UTC) yo kuri uno wa Mungu: Ikibazo c’imanza zidindira n’izicibwa nabi mu Burundi kiri mu bihangayikishije abategetsi batandukanye b’ico gihugu. Reta y’Uburundi yashinze itegeko rikuraho amasengesho akorwa mu masaha y'akazi kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu. Mu yagezweho irya n’ino kw’isi, Prezida w’Ubufaransa Emmanuel Macron yicujije ubwicanyi Polisi ya Paris yakoze ku ba Isilamu bakomoka muri Aljeriya mu 1961.

XS
SM
MD
LG