Ingingo nkuru zigize amakuru yo kuri uno mugoroba kw'Ijwi ry'Amerika: Imyiyerekano y'abigisha bo muri Kongo basaba kudugirizwa imishahara. Mu Rwanda, abana barenga ibihumbi 60 bazasibira mu mashuri mato n’ay’icyiciro rusange cy’amashuri yisumbuye Mu Burundi, leta izirukana mu kazi abategetsi bafite inshoreke n'abaharika abagore babo.
Ibyiciro
-
25-09-2023
Amakuru y'Akarere
-
24-09-2023
Amakuru y'Akarere
-
23-09-2023
Amakuru y'Akarere
-
22-09-2023
Amakuru y'Akarere
-
21-09-2023
Amakuru y'Akarere
-
20-09-2023
Amakuru y'Akarere