Uko wahagera

Umurwi wa EAC Wemeza ko Amatora ya Tanzaniya Yagenze Neza


Ikarata ya Tanzaniya

Muri Tanzaniya, abatavuga rumwe n’ubutegetsi ntitemera amajwi ya mbere yavuye mu matora yabaye ku musi wa gatatu muri ico gihugu. Ayo majwi yatangajwe n'akanama kajejwe amatora mu gihugu agaragaza ko umugambwe wa Perezida John Pombe Magufuli uri imbere.

Umukuru w'intumwa z'umurwi w'ibihugu bihurikiye mw'ishirahamwe ryo mu buseruko bw'Afrika zagenduje amatora, Sylvetsre Ntibantunganya yahoze atwara Uburundi, avuga ko intumwa ziwe zarungitswe mu bice bitandukanye vy'igihugu ca Tanzania, zashimye uko amatora yatunganijwe n'uko yagenze.

Prezida Ntibantunganya yaganiye n'umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Frederic Nkundikije.

please wait

No media source currently available

0:00 0:11:30 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG