Uko wahagera

Irani Isaba Gutezurirwa Ibihano mu Rugamba Irimwo na COVID-19


Perezida wa Irani, Hassan Rouhani yipfuriza abanyagihugu umwaka mushasha i Teherani, Kw'itariki 20/03/2020
Perezida wa Irani, Hassan Rouhani yipfuriza abanyagihugu umwaka mushasha i Teherani, Kw'itariki 20/03/2020

Igihugu ca Irani catangaje ko abamaze guhitanwa n’umugera wa Corona mu gihugu barenga 3000 ku barenga 5000 bamaze kuwandura. Perezida Hassan Rouhani ku wa gatatu yavuze kandi ko Reta y'Amerika yananiwe no kunagura imigenderanire na Irani mu kuyitezurira ibihano muvy’ubutunzi.

Reta ya Irani yarugaye imisigiti hamwe n’amashure yigisha ivy’amadini yongera irahagarika amakoraniro yo gusenga yo ku misi ya gatanu kugira bahagarike ikwirakwira ry’umugera wa Corona.

Perezida Rouhani yashikirije ko ibihano Amerika yafatiye igihugu ciwe vyatumye utwigoro two kurwanya uwo mugera ataco tuzoshikako.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG