Uko wahagera

Al Shabab Yarishe Abasirikare 10 ba Reta ya Somaliya


FILE - Al-Shabab fighters march during military exercises in the Lafofe area, some 18 kilometers (11 miles) south of Mogadishu, Somalia, Feb. 17, 2011.
FILE - Al-Shabab fighters march during military exercises in the Lafofe area, some 18 kilometers (11 miles) south of Mogadishu, Somalia, Feb. 17, 2011.

Abasirikare ba reta ya Somaliya bashika 10 hamwe n’intagondwa zikora iterabwoba barishwe kuri uyu wa gatatu igihe umuhari w’abarwanyi ba al-Shabab watera ikambi zibiri za gisirikare mu ntara ya Lower Shabelle.

Umuhari Al-Shabab wiyemereye ko ariwo wagirizwa ivyo bitero bibiri mw’itangazo wacishije ku radiyo yawo yitwa Andalus.

Al Shabab wemeza kandi ko watwaye inkoho n’amasasu vy’abasirikare ba reta. Abategetsi ba reta bajejwe umutekano ntibemeje canke ngo bahakane ivyo bitero.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG