Uko wahagera

Burundi: Gerenade Yakomerekeje Abarenga 26

Gerenade yatewe mu Buyenzi i Bujumbura
Gerenade yatewe mu Buyenzi i Bujumbura

Mu Burundi, abantu barenga 26 bakomerekejwe n’igitero ca gerenade yatewe ku muhingamo wo kuruyu wa kane muri zone ya Buyenzi.

Igipolisi c’igihugu kimenyesha ko icenda murabo 29 bababaye cane, ubu barimo bavurirwa mu bitaro.

Iyo gerenade yatewe n’abantu bari kw’ipikipiki n’kuko vyemezwa n’umunyagihugu adandariza ivyuma vy’imodokari ahiyo gerenade yatewe kw’ibarabara rya kane.

This item is part of
XS
SM
MD
LG