Uko wahagera

Prezida Nkurunziza Yiyamamarije Mu Ntara ya Kirundo


Prezida Nkurunziza Yiyamamarije Mu Ntara ya Kirundo
please wait
Embed

No media source currently available

0:00 0:03:47 0:00

Tariki ya 25 z'Ukwezi kwa gatandatu Prezida Pierre Nkurunziza yatangije ku mugaragaro ibikorwa byo kwiyamamariza umwanya w'Umukuru w'Igihugu mu matora ateganyijwe tariki 15 z'uku kwezi kwa karindwi.

XS
SM
MD
LG