Ku wa kane, Gicurasi 22, 2013 isaha yo mu karere 01:29

ibirimwo / burundi

Muri Tunisia, Reta Iragabisha Gutanga Imihoho

Abanyagihugu bo muri Tunisia ibihumbi n’ibihumbi, baragize imyiyerekano yo gushigikira umugambwe uri ku butegetsi, Islamist Ennahda.

Umushikiranganji wa mbere w'igihugu ca Tunisia aha ikiganiro abamenyeshamakuruUmushikiranganji wa mbere w'igihugu ca Tunisia aha ikiganiro abamenyeshamakuru
x
Umushikiranganji wa mbere w'igihugu ca Tunisia aha ikiganiro abamenyeshamakuru
Umushikiranganji wa mbere w'igihugu ca Tunisia aha ikiganiro abamenyeshamakuru
ingano y'inyandiko - +
VOA News
Iyo myiyerekano ibaye mu gihe umushikiranganji wa mbere, Hamad Hebali, ariko aragabisha kw’ashobora gutanga imihoho, mu gihe reta y’abahinga bategamiye imigambwe, ariko arashikiriza, itokwemerwa.

Umushikiranganji wa mbere Jebali yabwiye iradiyo France 24 ejo ku musi wa gatandatu, kw’azoshikiriza reta nshasha mu ndwi iza, akaba yavuze kw’abashikiranganji bigenga bakenewe, kugira ngo bakure igihugu ca Tunisia mu kajagari kirimwo.

Yavuze ko yiteguriye gutanga imihoho mu gihe, iyo ngingo afashe itoshigikirwa na benshi.
Abanyapolitike batavuga rumwe na reta, barashimye ingingo yiwe yo kugena abashikiringanji bategamiye imigambwe, yamara  abategetsi babiri bakomeye bo mu mugambwe uri ku butegetsi, Ennahda, bariyamirije iyo ngingo yiwe.

Iyo ngingo yatangajwe ku musi wa gatatu, inyuma y’aho umunyapoltike akomeye atavuga rumwe na reta, Chokri Belaid, arasiwe n’umuntu yitwaje ikigwanisho ataramenyekana, ahagaze imbere y’imuhira iwe.

Abanyagihugu bashigikiye umugambwe Ennahda, barakoraniye ku  murwa mukuru Tunis ejo ku musi wa gatandatu, bariko bariyamiriza iyo ngingo yo kugena abashikiranganji bategamiye imigambwe.

Bariyamirije kandi igihugu c’Ubufaransa, bavuga ko cisuka mu vyerekeye igihugu ca Tunisia.
uru rubuga rurafunze
Ibitekerezo
     
nta gitekerezo kiratangwa kuri uru rubuga. Ba uwa mbere kugira icyo utangaza kuri uru rubuga

Videos

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Videwo

Videwo UN-Mali

Aya matora ya yobowe n'umukuru w'urwego rw'ishirahamwe ONU rujejwe kwubahiriza umutekano kw'isi mukiringo c'ukwezi kwa kane, Eugene-Richard Gasana, Ambassaderi w'igihugu c'Urwanda mw'ishirahamwe ONU.

Photo in the news

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
  • In this image from video provided by WBZ TV, spectators and runners run from what was described as twin explosions that shook the finish line of the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • President Barack Obama speaks at the White House in, following the explosions at the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • Medical workers aid a wounded woman at the finish line of the 2013 Boston Marathon following two explosions there, April 15, 2013.
  • A Massachusetts State Police officer guards the area containing the medical tent, rear, following an explosion at the 2013 Boston Marathon, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner leaves the course crying near Copley Square following an explosion, April 15, 2013.
  • A Boston police officer wheels in injured boy down Boylston Street as medical workers carry an injured runner following an explosion during the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid an injured man at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion there Monday, April 15, 2013 in Boston.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Boston police clear an area following an explosion near the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner is comforted as she cries in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical responders run an injured man past the finish line the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Two Boston Marathon volunteers hug each other, at right, as an injured person is loaded into an ambulance in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • A Boston police officer clears Boylston Street following an explosion at the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
ikigega cy'amafoto

ikigega cy'amafoto Amabombe Abiri Yaturikiye mu Gisagara ca Boston

Abantu babiri canke barenga barapfuye, abandi barenga ijana barakomereka inyuma yuko amabombe abiri yaturikiye hafi icarimwe hafi y’abantu b’abarorerezi ku murongo w’ukurangirizako ihiganwa rya marathon rya Boston.