Ku wa gatatu, Kamena 18, 2013 isaha yo mu karere 21:37

ibirimwo / burundi

Muri Mali Abiyahuzi Bafise Ibibombe Barahagaritswe

Abategetsi batangaje kw’abantu babiri baregwa ko bari biboheyeko amamboe, bahagaritswe hafi y’igisagara ca Gao ejo ku musi wa gatandatu.

 Abasirikare b'igihugu ca Mali, bacunze ikiraro cinjira mu gisagara ca Gao aho umwiyahuzi yagerageje kwiturikirizako ikibombe. Abasirikare b'igihugu ca Mali, bacunze ikiraro cinjira mu gisagara ca Gao aho umwiyahuzi yagerageje kwiturikirizako ikibombe.
x
 Abasirikare b'igihugu ca Mali, bacunze ikiraro cinjira mu gisagara ca Gao aho umwiyahuzi yagerageje kwiturikirizako ikibombe.
Abasirikare b'igihugu ca Mali, bacunze ikiraro cinjira mu gisagara ca Gao aho umwiyahuzi yagerageje kwiturikirizako ikibombe.
ingano y'inyandiko - +
VOA News
Ivyo bibaye haheze umusi umwe umwiyahuzi yiboheko bombe akoreye igitero ku kirindiro ca gisirikare, hafi y’ico gisagara  co mu buraruko.

Umuvugizi w’igisirikare c’igihugu ca Mali hamwe n’abantu bavyiboneye, bavuga kw’abo bagabo babiri bafatiwe kw’ibarabara rigana mu gisagara ca Gao.

Abasirikare b’igihugu ca Mali baciye bakomeza igikorwa co gucungera umutekano, inyuma y’aho habereye igitero ku musi wa gatanu. Umumenyeshamakuru wo mur’ico gisagara, yabwiye iradiyo Ijwi rya Amerika, kw’ico kibombe caturikirijwe ku metero cumi z’ikirindiro ca gisirikare.

Umurwi w’abagwanyi witwa MUJAO, waratangaje kw’ariwo wakoze ico gitero co ku musi wa gatanu. Uyo murwi waratangaje kandi kw’uzobandanya gukora ibindi bitero ku basirikare b’igihugu ca Mali, ngo kuko bifatanije n’abo, uyo muwi wita kw’arabansi ba Islamu.
Uyo murwi n’umwe mu mirwi yitwaje ibigwanisho, yari yarigaruriye intara zitari nke zo mu buraruko bw’igihugu, imbere y’uko abasirikare b’abaFaransa, binjira gutabara mu kwezi kwa mbere.

Radio France International, ku musi wa gatanu, yaratangaje amakuru avuga kw’abategetsi bo mu gihugu ca Mali, batanze umutahe wo guhagarika umukuru w’umurwi MUJAO; umukuru w’umurwi Ansar Dine hamwe n’umukuru w’umurwi w’abaTouareg, uzwi kw’izina MNLA. Iyo mirwi yose uko ar’itatu, yaragirijwe uruhara mu mutekano muke waranzwe mu buraruko bw’igihugu. Amakuru yerekeye ubwicanyi bwabaye ku musi wa gatanu,  yaratumye iyindi nkuru ikomeye y’abasiriakare 70 bo mu bihugu vy’ibulaya barungitswe kwigisha no kumenyereza abasirikare b’igihugu ca Mali, idatangazwa cane.

Abo nibo basirikare ba mbere, mu basirikare 500 bazoja kwigisaha hamwe no kumenyereza abasirikare b’igihugu ca Mali.
uru rubuga rurafunze
Ibitekerezo
     
nta gitekerezo kiratangwa kuri uru rubuga. Ba uwa mbere kugira icyo utangaza kuri uru rubuga

Videos

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Videwo

Videwo UN-Mali

Aya matora ya yobowe n'umukuru w'urwego rw'ishirahamwe ONU rujejwe kwubahiriza umutekano kw'isi mukiringo c'ukwezi kwa kane, Eugene-Richard Gasana, Ambassaderi w'igihugu c'Urwanda mw'ishirahamwe ONU.

Photo in the news

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
  • In this image from video provided by WBZ TV, spectators and runners run from what was described as twin explosions that shook the finish line of the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • President Barack Obama speaks at the White House in, following the explosions at the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • Medical workers aid a wounded woman at the finish line of the 2013 Boston Marathon following two explosions there, April 15, 2013.
  • A Massachusetts State Police officer guards the area containing the medical tent, rear, following an explosion at the 2013 Boston Marathon, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner leaves the course crying near Copley Square following an explosion, April 15, 2013.
  • A Boston police officer wheels in injured boy down Boylston Street as medical workers carry an injured runner following an explosion during the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid an injured man at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion there Monday, April 15, 2013 in Boston.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Boston police clear an area following an explosion near the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner is comforted as she cries in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical responders run an injured man past the finish line the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Two Boston Marathon volunteers hug each other, at right, as an injured person is loaded into an ambulance in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • A Boston police officer clears Boylston Street following an explosion at the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
ikigega cy'amafoto

ikigega cy'amafoto Amabombe Abiri Yaturikiye mu Gisagara ca Boston

Abantu babiri canke barenga barapfuye, abandi barenga ijana barakomereka inyuma yuko amabombe abiri yaturikiye hafi icarimwe hafi y’abantu b’abarorerezi ku murongo w’ukurangirizako ihiganwa rya marathon rya Boston.