Ku wa gatandatu, Gicurasi 24, 2013 isaha yo mu karere 15:18

ibirimwo / burundi

Abakuru b’Ibihugu vyo Muri Afrika Basavye Abagwanya Ubutegetsi bwa Congo Kuva mu Bice Baherutse Gufata

Abanyagihugu mu Mabarabara yo mu Gisagara ca Goma, muri CongoAbanyagihugu mu Mabarabara yo mu Gisagara ca Goma, muri Congo
x
Abanyagihugu mu Mabarabara yo mu Gisagara ca Goma, muri Congo
Abanyagihugu mu Mabarabara yo mu Gisagara ca Goma, muri Congo
ingano y'inyandiko - +
VOA Africa
Umurwi w’abakuru b’ibihugu vyo muri Afrika barahuye ejo ku musi wa gatandatu kugira batorere inyishu ikibazo c’abagwanya ubutegetsi muri Republika iharanira Demokrasi ya Congo, bakaba basavye abagwanya ubutegetsi guhagarika ibikorwa vyose vya gisirikare bakava mu gisagara ca Goma bafashe mu ntango z’iyi ndwi.

Itangazo basohoye ejo ku musi wa gatandatu rayasavye kandi abagwanya ubutegetsi kureka kuvuga ko bashaka kutembagaza Reta ya Congo.

Abaprezida b’ibihugu vya Uganda, Kenya, Tanzania na Republika iharanira demokrasi ya Congo barahuriye ku murwa mukuru w’igihugu ca Uganda, Kampala, yamara prezida w’Urwanda, Paul Kagame ntiyari muri iyo nama yarungitse umushikiranganji ajejwe imigenderanire, Louise Mushikiwabo.

Inama y’I Kampala yabaye mu gihe hari amakenga yuko abagwanya ubutegetsi bateye bigira imbere mu buseruko bwa Congo nuko habaye ihinduka mu gisirikare ca Congo.

Prezida wa Congo, Joseph Kabila yarirukanye umukuru w’igisirikare yagirijwe ko yagurishije ibigwanisho ku mirwi igwanya ubutegetsi mu buseruko bw’igihugu.

Ikurwa rya General Gabriel Amisi vyabaye imisi itatu inyuma yuko abagwanya ubutegetsi bwa Congo bo mu murwi M23 batsinze inteko za Reta ya Congo bagafata igisagara ca Goma mu buseruko bw’igihugu.
uru rubuga rurafunze
Ibitekerezo
     
nta gitekerezo kiratangwa kuri uru rubuga. Ba uwa mbere kugira icyo utangaza kuri uru rubuga

Videos

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Videwo

Videwo UN-Mali

Aya matora ya yobowe n'umukuru w'urwego rw'ishirahamwe ONU rujejwe kwubahiriza umutekano kw'isi mukiringo c'ukwezi kwa kane, Eugene-Richard Gasana, Ambassaderi w'igihugu c'Urwanda mw'ishirahamwe ONU.

Photo in the news

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
  • In this image from video provided by WBZ TV, spectators and runners run from what was described as twin explosions that shook the finish line of the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • President Barack Obama speaks at the White House in, following the explosions at the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • Medical workers aid a wounded woman at the finish line of the 2013 Boston Marathon following two explosions there, April 15, 2013.
  • A Massachusetts State Police officer guards the area containing the medical tent, rear, following an explosion at the 2013 Boston Marathon, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner leaves the course crying near Copley Square following an explosion, April 15, 2013.
  • A Boston police officer wheels in injured boy down Boylston Street as medical workers carry an injured runner following an explosion during the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid an injured man at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion there Monday, April 15, 2013 in Boston.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Boston police clear an area following an explosion near the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner is comforted as she cries in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical responders run an injured man past the finish line the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Two Boston Marathon volunteers hug each other, at right, as an injured person is loaded into an ambulance in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • A Boston police officer clears Boylston Street following an explosion at the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
ikigega cy'amafoto

ikigega cy'amafoto Amabombe Abiri Yaturikiye mu Gisagara ca Boston

Abantu babiri canke barenga barapfuye, abandi barenga ijana barakomereka inyuma yuko amabombe abiri yaturikiye hafi icarimwe hafi y’abantu b’abarorerezi ku murongo w’ukurangirizako ihiganwa rya marathon rya Boston.