Ku wa gatatu, Gicurasi 21, 2013 isaha yo mu karere 17:16

ibirimwo / burundi

Ishirahamwe ry’Ibihugu vya Afrika Ryarashigikiye Irungikwa ry’Inteko mu Gihugu ca Mali.

Prezida wa Nigeria, Goodluck Jonathan mu nama y'Ishirahamwe C-E-D-E-A-O ku Vyerekeye Irungikwa ry'Inteko muri MaliPrezida wa Nigeria, Goodluck Jonathan mu nama y'Ishirahamwe C-E-D-E-A-O ku Vyerekeye Irungikwa ry'Inteko muri Mali
x
Prezida wa Nigeria, Goodluck Jonathan mu nama y'Ishirahamwe C-E-D-E-A-O ku Vyerekeye Irungikwa ry'Inteko muri Mali
Prezida wa Nigeria, Goodluck Jonathan mu nama y'Ishirahamwe C-E-D-E-A-O ku Vyerekeye Irungikwa ry'Inteko muri Mali
ingano y'inyandiko - +
VOA Africa
Ishirahamwe ry’ibihugu vy’I Bulaya, ryarashigikiye umugambi w’ukurungika inteko gufasha gutuza intagondwa z’Aba Islamu mu bureruko bw’igihugu ca Mali.

Inyuma yuko ishirahamwe ry’ibihugu vya Afrika rifashe iyo ngingo ku musi wa kabiri, itegerezwa kwemezwa n’urwego rw’ishirahamwe O-N-U rujejwe kwubahiriza umutekano kw’isi.

Umukuru w’urwego rw’ishirahamwe ry’ibihugu vya Afrika rujejwe amahoro n’umutekano, Ramtane Lamamra yasavye ishirahamwe O-N-U kurekurira mu ntango irungikwa ry’inteko mu kiringo c’umwaka.

Yatangaje kw’uwo mugambi  ugenewe gusubira gufata uburaruko bw’igihugu ca Mali, gusambura imirwi y’iterabwoba, n’ukugarukana ubutegetsi bwa Reta  mu bice vyose vy’igihugu ca Mali.

Reta y’infatakibanza y’igihugu ca Mali yasavye irungikwa ry’izo nteko gufasha gutuza imirwi y’Abagwanyi b’Aba Islamu bafashe uburaruko bw’igihugu ca Mali inyuma ya coup d’etat mu kwezi kwa gatatu yatembagaje Reta ya ri yavuye mu matora mu gihugu ca Mali.

Ishirahamwe ry’ibihugu vyo muri Afrika yo mu burengero, C-E-D-E-A-O ryaremeje irungikwa ry’inteko ibihumbi bitatu muri Mali ku musi w’Imana mu kiringo c’umwaka.
uru rubuga rurafunze
Ibitekerezo
     
nta gitekerezo kiratangwa kuri uru rubuga. Ba uwa mbere kugira icyo utangaza kuri uru rubuga

Videos

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Videwo

Videwo UN-Mali

Aya matora ya yobowe n'umukuru w'urwego rw'ishirahamwe ONU rujejwe kwubahiriza umutekano kw'isi mukiringo c'ukwezi kwa kane, Eugene-Richard Gasana, Ambassaderi w'igihugu c'Urwanda mw'ishirahamwe ONU.

Photo in the news

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
  • In this image from video provided by WBZ TV, spectators and runners run from what was described as twin explosions that shook the finish line of the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • President Barack Obama speaks at the White House in, following the explosions at the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • Medical workers aid a wounded woman at the finish line of the 2013 Boston Marathon following two explosions there, April 15, 2013.
  • A Massachusetts State Police officer guards the area containing the medical tent, rear, following an explosion at the 2013 Boston Marathon, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner leaves the course crying near Copley Square following an explosion, April 15, 2013.
  • A Boston police officer wheels in injured boy down Boylston Street as medical workers carry an injured runner following an explosion during the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid an injured man at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion there Monday, April 15, 2013 in Boston.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Boston police clear an area following an explosion near the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner is comforted as she cries in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical responders run an injured man past the finish line the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Two Boston Marathon volunteers hug each other, at right, as an injured person is loaded into an ambulance in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • A Boston police officer clears Boylston Street following an explosion at the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
ikigega cy'amafoto

ikigega cy'amafoto Amabombe Abiri Yaturikiye mu Gisagara ca Boston

Abantu babiri canke barenga barapfuye, abandi barenga ijana barakomereka inyuma yuko amabombe abiri yaturikiye hafi icarimwe hafi y’abantu b’abarorerezi ku murongo w’ukurangirizako ihiganwa rya marathon rya Boston.