Ku wa kane, Gashyantare 11, 2016 isaha yo mu karere 23:06

    Amashirahamwe ya Societe Civile muri Congo

    Amashirahamwe ya Societe civile mu gihugu ca Congo, aratera akamo gasabira ibihano abategetsi bamwe bamwe b’Urwanda.

    Safari MunyarugendoSafari Munyarugendo
    x
    Safari Munyarugendo
    Safari Munyarugendo
    Frederic Nkundikije
    Ku musi wa mungu uheze, amashirahmwe ajejwe guharanira ineza y’abanyagihugu, yarateye akamo inama mpuzamakungu ijejwe umutekano kw’isi, kayisaba gufatira ibihano, abatagetsi bo mu gihugu c’Urwanda bamwe bamwe, ayo mashirahamwe arega ko bafise uruhara mu bikorwa vyo kudurumbanya umutekano mu buseruko bwa Republika ya Congo iharanira demokrasi.

    Ako kamo gatewe mu gihe, ubwivanyi busa n’ubwiyongeye mu bice bitari bike vyo mu buseruko, nk’uko abashingantahe twaganiriye Gode Haguma Chiri hamwe na Safari Munyarugendo, babivuga: Abo bashingantahe bafise amamuko mur’iyo ntara, baragize kandi ico bavuga kur’ako kamo katewe n’ayo mashirahamwe:

    Reka dutangura twumvirize umushingantahe Gode Haguma Chiri, ku kuntu umutekano wifashe mur’iki gihe mur’iyo ntara:

    Amashirahamwe ya Societe civile muri Republika ya Congo Iharanira Demokrasi
    Amashirahamwe ya Societe civile muri Republika ya Congo Iharanira Demokrasii
    || 0:00:00
    ...    
     
    X
    uru rubuga rurafunze
    Ibitekerezo
         
    nta gitekerezo kiratangwa kuri uru rubuga. Ba uwa mbere kugira icyo utangaza kuri uru rubuga