Uko wahagera

Uburundi Burashima Iyugarwa ry'Amaradiyo y'Abamenyeshamakuru Bahunze


Willy Nyamitwe
Willy Nyamitwe

Amaradiyo atatu akoreramwo abamenyeshamakuru b'abarundi bahungiye mu Rwanda kuri uno wa gatatu yarahagaritse ibiganiro vyayo. Radiyo Inzamba, Radiyo y'abanyagihugu RPA ari yo Humura,

Radiyo na televiziyo Renaissance zikorera mu Rwanda kuva mu 2015 zihagaritse ibiganiro vyazo inyuma y'amakuru yavugwa ko mu vyo Uburundi bwasavye U Rwanda gukora mu ntumbero yo gutosora imigenderanire hagati y'ivyo bihugu, harimwo ko U Rwanda ruhagarika isamirana ry'ayo maradiyo ku butaka bwayo.

Mu kiganiro Frederic Nkundikije yagiraye na Willy Nyamitwe, umukuru w'ibiro bijejwe kumenyesha amakuru n'ubuhinga bwa none mu biro vy'umukuru w'igihugu mu Burundi, yavuze ko Uburundi bwakiriye neza iyugarwa ry'ayo maradiyo

Uburundi Burashima Iyugarwa ry'Amaradiyo y'Abamenyeshamakuru Bahunze
please wait

No media source currently available

0:00 0:05:41 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG