Uko wahagera

Utwigoro tw’Ishirahamwe Oxfam mu Kugarukira Impunzi zo Muri Cote d’Ivoire

  • Frederic Nkundikije

Ingwano irabandanya hagati y’abasirikare ba Perezida yarangije ikiringo ciwe, Laurent Gabgbo, hamwe n’abasirikare b’’umunyepoltike bagwanira ubutegetsi, Perezida Alassane Ouattara

Mu gjhe ingwano ibandanya hagati y’abasirikare ba president yarangije ikiringo ciwe, Laurent Gabgbo, hamwe n’abasirikare b’’umunyepoltike bagwanira ubutegetsi, president Alassane Ouattara, banyaCote D’Ivoire barabandanya guhunga ingo zabo, bahungira mu gihugu hagati hamwe no mu bindi bihugu bisangiye urubibe n’igihugu ca Cote D’Ivoire.

XS
SM
MD
LG