Uko wahagera

Nyamitwe Yagiriza VOA na BBC Guhengama no Gukwiza Ibihuha


Willy Nyamitwe aho yagendera Ijwi ry'Amerika mu 2016
Willy Nyamitwe aho yagendera Ijwi ry'Amerika mu 2016

Ibiro vy'umukuru w'igihugu c'Uburundi vyatangaje ko amaradiyo BBC n'Ijwi ry'Amerika yugawe kubera inkuru z’ibinyoma no kwemera gukoreshwa n’abashaka gutyoza Uburundi.

Mu kiganiro Willy Nyamitwe, umuhanuzi mukuru mu vyo kumenyesha amakuru mu biro vya Prezida Pierre Nkurunziza yahaye Ijwi ry'Amerika igisata c'icongereza yavuze ko igihugu kidashobora kwemera ko haba amaradiyo n’abamenyeshamakuru bagisubiza mu kaga.

Inkuru y'umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika mu gisata c'icongereza, Salem Solomon Fekadu, isomwa na Pierre Claver Niyonkuru akorera Ijwi ry'Amerika mu Rwanda.

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:24 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG