Uko wahagera

Ishirahamwe, “Kazoza” Rijejwe Gufasha mu Vyerekeye Iterambere Rirama mu Burundi


Ishirahamwe, “Kazoza” ryashizweho n’imiyabaga y’Abarundi baba mu gihugu ca Canada mu mwaka w’2010

Ishirahamwe, “Kazoza” ryashizweho n’imiyabaga y’Abarundi baba mu gihugu ca Canada mu mwaka w’2010 barajwe ishinga n’ukurondera gushira mu ngiro uburyo bwerekeye iterambere rirama mu gihugu cabo c’amavuko c’Uburundi.

Icatumye bashiraho iryo shirahamwe, “Kazoza” kwari ukuja hamwe kugira bagire ico baterera mu kwubaka Uburundi na kazoza karama mu gihugu c’Uburundi.

Umugambi bihaye n’ugushigikira imiyabaga mu Burundi ifise imigambi y’ukwiteza imbere.

Ishirahamwe, “Kazoza”, muri iki gihe rifise abanywanyi mirongo ine na batanu.

Ku bindi twumvirize Florian Bizindavyi:

XS
SM
MD
LG