Uko wahagera

Ingingo Yo Gufuta Amatagisi Ku Vyimburwa, Ishobora Kugabanya Ikibazo C’Ubuzima Buzimvye.


President w’Uburundi, Pierre Nkurunziza, yaratangaje ingingo ifuta amatagisi ku ku vyimburwa bitari bike. Reta y’Uburundi ivuga ko yafashe iyo ngingo mu ntumbero yo kugwanya ubukene bwugarije abanyagihugu.

Abarundi barashimye iyo ngingo, bavuga ko ni yashirwa mu ngiro, ikanashirwa hamwe n’izindi ngingo, izoshobora gutuma ikibazo c’ ubuzima buzimvye mu Burundi, kigabanuka.

Frederic Nkundikije, yaraganiye n’umukuru w’urunani rw’amasyndicat, Cosybu, Tharacisse Gahungu, ku vyerekeye iyo ngingo:

Tumutege amatwi:

XS
SM
MD
LG