Uko wahagera

Wafasha Ute Umutima Wawe Gukora Neza?

  • Auriane Itangishaka

Umutima w'umuntu

Umutima w'umuntu

Mwari muzi ko umutima w’umuntu usanzwe ukora neza utera incuro ibihumbi ijana ku musi? Cyokora, hari ubueyo bwo gufasha umutima gukora neza kurushaho. Kora ikarashishi (sport) ufashe umutima wawe gukora neza no gukomera.

Muganga Marc Nimburanira yanonosoye ingwara z’umutima hamwe n’imiringoti y’amaraso, akaba arongoye ibitaro vy’abasirikare vyo mu Kamenge i Bujumbura mu Burundi.

Mu kiganiro Murisanga n'umunyamakuru w'Ijwi ry'Amerika Auriane Itangishaka, Dr. Nimburanira asobanura ingwara y'imitima idatera neza, bita Insuffisance Cardiaque (mugifaransa) iyariyo, n’ivyokogwa kugira umuntu yirinde ingwara nkiyo, canke izindi ngwara z’umutima zitandukanye.

XS
SM
MD
LG