Uko wahagera

Abantu bashika 9 barapfuye, abarenga 50 barakomereka I Berlin, m’Ubudagi

Ikamyo yiteye mw’isinzi ry’abanyagihugu bariko bagura utuganuke twa Noheli I Berlin, m’Ubudagi ku mugoroba wo k’umusi wa mbere. Abantu bashika 9 barapfuye, abarenga 50 barakomereka

Voma ibindi

XS
SM
MD
LG