Uko wahagera

AbanyeCongo Bo Muri Reta Zunze Ubumwe Za Amerika, Bava Mu Buseruko Bwa Congo, Barimyamiriza Ingwano yo Mur’Iyo Ntara


AbanyeCongo bafise amamuko mu buseruko bwa Congo, baratera akamo imirwi yose ifise uruhara mu ngwano iriko irabera mur’iyo ntara, kayisaba gushira ibigwanisho hasi kugira ngo abanyagihugu bashobore kuruhuka ingwano zitanavanako, zimaze imyaka itari mike zisbasinzikaje.

Mu kiganiro Frederic Nkundikije w’Ijwi rya Amerika, yatunganije Emmanuel Sekiyoba, Safari Munyarugnendo, Gode Chiri Haguma hamwe n’abanyeCongp bakwirikiranira hafi ibiba mu buseruko bwa Congo, barashikirije ibintu bavuga ko vyofasha mu guhagarika ingwano yabaye ndanse mur’iyo ntara, bose bavamwo.

Mushobora kwumviriza:

XS
SM
MD
LG