Uko wahagera

Abanyagihugu Bo mu Burundi, Bariyungunganya mu Bikorwa vyo Kwiteza Imbere, Babicishije mu ma Cooperative

Abanyagihugu Bo mu Burundi, Bariyungunganya mu Bikorwa vyo Kwiteza Imbere, Babicishije mu ma Cooperative.

Kuva iryo shirahamwe, rivutse riramaze kurangura ibintu bitari bike: Yamara umushingantahe Mpitabavuma, avuga kw’umugambi nyamukuru ar’uko iyo cooperative yofasha abanyagihugu mu kubaronsa ibintu vya nkenerwa, birimwo amashule, amavuriro hamwe n’ibitaro; umugambi wo gukorera hamwe mu vyerekeye ubworozi n’uburimyi, bidasigaye inyuma. Arongera akavuga kw’iryo shirahmwe kenshi na kenshi, ryikora ku bagira neza, baheza bakariha ivyiyumviro, bakongera bakarishikira aho ritoshoboye gushika: Aho aratanga akarorero k’umufasoni Aline Ndenzako, yafashije mu bikorwa bitari bike: Ku bindi bintu vyerekeye iri shirahamwe, reta dutege amatwi ikiganiro Dusangire ijambo co ku musi wa mungu itariki 6 z’ukwezi kw’icumi na rimwe; ikiganiro carimwo, Aline Ndenzako, Marceline Nishimwe , Canesius Mpitabavuma hamwe na Eric Ntahomvukiye

XS
SM
MD
LG