Mu Rwanda raporo iherutse gushirwa ahagaraga n'ikigo cy'ighihugu gishinzwe gupima no kurwanya SIDA TRACK yerekana ko abana bari hagati y'imyaka 15-24 b'abakobwa bugarijwe cyane n'icyo cyorezo.
Mu Burundi ho abakiri bato baribeshaho mu tugenegene bahingura mu biti vy'amashamba acimeza.
Ahandi naho twaganiriye kuvyerekeye ihiganwa rya Miss Africa International hano I Washington.
Ejo Bite: English Version here
Shakira andi makuru yo mu karere hano.
Saba amakuru muri email yawe hano.