Uko wahagera

Icibazo c'Ibiturire mu Makungu


Ikibazo c'ibiturire n'ikibazo cibonekeza mu bice vyose vyo kw'isi. Yamara ico kibazo caratse indaro mu bihugu biri mu nzira y'amajambere na cane cane mu karere ka Afrika.

Mugenzi wacu Fidele Niyongabo yaraganiye kuri ico kibazo na Gabriel Rufriyi, ayoboye ishirahamwe OLUCOME rijejwe kugwanya ibiturire n'isesagugwa ry'itunga yr'igihugu mu Burundi. Avugako ikibazo c'ibiturire gifise ingaruka mbi zikomeye cane ku buzima bw'abanyagihugu, imigambi y'iterambere. Ikibazo c'ibiturire gituma kandi
abozanye imitahe mu gihugu bacika inkokora.

XS
SM
MD
LG