Uko wahagera

Burundi: Leta Igiye Kuringaniza Imishahara y'Abarimu Banganya Amashuli


Perezida w'Uburundi Evariste Ndayishimiye
Perezida w'Uburundi Evariste Ndayishimiye

Reta y’Uburundi yemeje umugambi mushasha wo kunganisha imishahara y’abakozi bose ba reta bafise urupapuro rumwe rw’umutsindo.

Uwo mugambi wahawe n’uburyo mu mafranga reta ikoresha ku mwaka. Reta irahumuriza ko ata mukozi azogabanirizwa umushahara ahubwo ko abenshi bazodugirizwa agashahara.

Amasendika y’abakozi arashima iyo ngingo, agasaba ko uwo mugambi wokwihuta gushirwa mu ngiro.

Inkuru dushikirizwa n'umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Pierre Claver mushobora kuyumva mu ijwi hano hepfo

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:29 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG