Uko wahagera

Burundi: Abanyagihugu Bavuga ko Bateba Kuronka Ifumbire Bishuriye


Ifumbire
Ifumbire

Abanyagihugu bo mu ntara zitandukanye z’Uburundi baridogera ishirahamwe FOMI rihingura ifumbire. Bavuga ko batayironka ku gihe kandi baba bararishe imbere.

Muri iryo shirahamwe bamenyesha ko ababitura biyongereye arico gituma bacererwa. Bemereye umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu ko bagiye gukora ijoro n’umurango kugira batunganirize abanyagihugu.

Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Désiré Hatungimana yabikurikiraniye hagufi ategura ino nkuru

please wait

No media source currently available

0:00 0:03:40 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG