Uko wahagera

Sentare Ya Afrika Iriyamiriza Abasangiye Ibitsina, Baryamana


EAC JUDGES
EAC JUDGES

Sentare ya Afrika ijejwe agateka ka zina muntu, yasomye urubanza rwerekeye abakobwa canke abagore bahuza ibitsina, babisangiye muri Afrika. Sentare yavuze kw’ ivyo biteye kubiri n’imico n’akaranga.

Ishirahamwe ry’abari mur’uyo murwi riri muri Afrika y'epfo, ryitwaye rivuga kw’agateka kabo gahungabanywa, mu kubuzwa uburenganzira bwabo.

N’inkuru ya Pierre claver Niyonkuru, ari I Arusha, mu gihugu ca Tanzania.

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:42 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG