Uko wahagera

Amafoto ya Perezida Nkurunziza: abavyeyi bazisubiriza ibitabo


Kw’ishure ryisumbuye rya Ndava mu gisagara ca Cankuzo, ikibazo c’abana bagirizwa konona ifoto y’umukuru w’igihugu cahagurukanye abavyeyi. Mu nama yabahuje n’ubuyobozi bw’iryo shure basavye guca inkoni ngufi ku bana bokwagirwa n’ayo makosa kuko bari mu myaka igoye y’imiyabaga. Abavyeyi bemeya gusubiriza ibitabo vyononywe no gusaba ikigongwe. Umviriza inkuru

XS
SM
MD
LG