Uko wahagera

Burundi: Urubanza rw'Abakekwaho Kudeta


Uyu musi abagirizwa ugushaka guhirika ubutegetsi bumvirijwe ku ncuro ya gatanu. Sentare yabaronkeje abashingwamanza bashasha ariko ntibabunganiye kuko batari bwaronke umwanya wo gusoma dosiye.

Abo bashingwamanza bamenyeshejwe ko baza gufasha kw' itariki ya 31 kigarama abandi itariki 2 z, uku kwezi kwa mbere. Mu bakekwa bumvirijwe ku musi wa mbere harimwo General Cyrille Ndayirukiye.

UMunyamakjuru w'Ijwi ry'Amerika mu Burundi Eloge Willy Kaneza ni we wakurikiranye iyo nkuru.

XS
SM
MD
LG