Ayo makuru yaremejwe na Bulamatari w’intara ya Kirundo, Reverien Nzigamasabo mu kiganiro giha ijambo abanywanyi b[Iradiyo Ijwi rya Amerika, cari catumiwemwo kandi, Leonce Ngendakumana, umukuru w’umugambwe Sahwanya Frodebu hamwe na Christophe Muhire umuhinga yanonosoye ibibazo vya politike vyo mu ntara ya Afrika y’ibiyaga binini.
Mushobora kwumviriza.