Amakuru agezweho muri kano gatondo: Amerika hamwe n’ishirahamwe rya Buraya bemeye gukingira abanyaukraine bahunga intambara ivy’imfatakibanza. Perezida Macron w’Ubfaransa yatangaje ko azorondera gutwara manda ya kabiri
Mu minsi ine, isi yose izizihiza umunsi mpuzamahanga wahariwe abagore. Mu Burundi, ubutegetsi bukomeje gushyigikira gahunda ziha umwanya abagore mu iterambere. Prezida Evariste Ndayoshimiye kuri uyu wa kane yafunguye banki y’abagore izabafasha muri iryo terambere.
Ku wa gatanu w'indwi iza (Igenekerezo rya 11 z'uku kwezi kwa gatatu), mu Burundi abagendesha amakinga, amapikipiki, utumodoka-kinga dutoduto tuzwi kw'izina rya Tukutuku canke bajaji hari ibibanza bitandukanye batazoba bemerewe gukoreramwo mu gisara ca Bujumbura
Kuri uyu wa Gatanu urugereko rwihariye rw'urukiko rukuru mu Rwanda ruburanisha ibyaha byo ku rwego mpuzamahanga n'iby'iterabwoba, rwatangiye kumva abatangabuhamya bashinja Bwana Jean Twagiramungu icyaha cya Jenoside.
Ubutegetsi bwo muri Tanzaniya buvuga ko benshi izo mpunzi zatawe muri yombi mu ntango zu mwaka w’ 2021 nyuma yaho benshi sentare ntahinyuzwa yo muri komine Kibondo yabahamije ibyaha by’ubujura, guhohotera abagore guhungabanya umutekano no gutoroka mu nkambi.