gahunda y'itangazamakuru
Amakuru mu Gitondo
Abahunze imirwano hagati ya M23 na FARDC muri Kivu ya ruguru baravuga ko uburezi bwifashe nabi muri aka gace. Banki inkuru y’Uburundi yategetse ko amafranga yose ari kuri konti za Alain Guillaume Bunyoni. Umuryango BRICS wemeye kwakira ibihugu bishya bitandatu. Bibiri ni Etiyopiya na Misiri.
Iwanyu mu ntara
Imiryango igera ku 3,000 ituye mu mazu iri ahitwa mu manegeka mu mujyi wa Kigali bategetswe kuyavamo bitarenze uku kwezi kwa munani. Mu Rwanda haboneste abantu bahawe imiti ivura Sida kandi batarwaye. Donald Trump yasohotse muri kasho muri Atlanta nyuma y’iminota 20 ahageze agatabwa muri yombi.
Amakuru y'Akarere
U Rwanda rwiteze imvura y’umuhindo mu kwezi kwa 9. Mu Burundi amashirahamwe yigenga yo mu gihugu na mpuzamakungu ahamagarira ONU kwongereza ikiringo c’intumwa idasanzwe ya ONU ku vyerekeye agateka ka muntu mu Burundi. Muri Zimbabwe, abanyagihugu barindiranye igishika ivyavuye mu matora rusangi.
Amakuru ku Mugoroba
Amwe mu mashirahamwe yigenga asaba ONU kwongereza ikiringo c’intumwa yayo ku vy'agateka ka muntu mu Burundi. Prezida w'Uburusiya yahojeje ababuriye ababo mw'isanganya y'indege. OMS rivuga ko ubwoko bwa virusi COVID buhindagurika bikomeye, bumaze kwibonekeza mu Buswise n'Afrika y'epfo.